IVYEREKEYE URUKINO

Racer n'urukino rwo gusiganwa mugutwara imodoka aho bisaba kuraba neza ahuca ukirinda kugonga canke guhura nizindi ntambamyi. Ukugenda unyaruka niko nintambamyi ziba nyinshi munzira. Uko unyaruka ukanirinda guhura n'intambamyi nyinshi niko amanota aduga kandi hagatsinda abafise amanota menshi.

Umunywanyi yiyandikishije aronka incuro 5 kumunsi igihe afyonze *855*34#. Ushaka gukina kenshi ucugura incuro

Igiciro: 200F ku munsi

Abazoronka amanota menshi kundwi aba mbere bazoronka 50.000F, aba kabiri bazoronka 20.000F hama aba gatatu bazoronka 10.000F.